Nutwandikire

Ubibona gute?
Add message
Pages: 1
Nestor Niragira
10/26/2019
02:32:02 PM
Bonjour, ni business yitwa Alliance in motion global, yatanguriye muri philippine muri 2006 ishika muri Afrika - Nigeria muri 2012 ,uganda2015 , Burundi 2017. Intumbero ni uguteza imbere amagara y'a bantu biciye mungaburo zikozwe muburyo bugezweho bwa nano technologie mugushira hamwe imboga n' ivyamwa hisunzwe ibisabwa na OMS kugira uturemangingo tugize umubiri dusgobore kunesha imigerayirebanga. Iki gikorwq Aim global igikorana n'ikigo citwa Nature's way c'abanyamerika kimaze imyaka irenga 50 gikora ingaburo. Gifise abahinga barenga 200. Uwinjiye atanga umutahe ungana 730.000 fbu angana compte imwe cnk 2.190.000 fbu kuri comptes 3, 5.110.000 fbu kuri comptes 7. Iyo winjiye uronka packets z'ingaburo zingana na comptes watanguje. Ushobora kwunguka udandaje izo ngaburo cnk uutazidandaje mu gutumira abantu 2 . uwo winjiye wese uronka commission ya 45.000 fbu ,babaya 2 uronka matching bonus ya 90. 0000 fbu. Bamwe 2 uca ubafasha kuzana abandi 2 ,matching bonus urayironka naho atawo ubawinjijemu mugihe abo winjije binjije abandi. Habonetse umwe à gauche uwundi à droite uca uronkronka matching bonus. Utangura uri Distributeur , ukaba silver exécutive , gold exécutive, global embassador , etc
Pastor Nestor NIRAGIRA
03/28/2018
04:02:34 AM
Bonjour, j'ai completé le formulaire . J'attends la suite Merci